Ngenda donathe official

Ngenda donathe official Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ngenda donathe official, Home improvement, Bujumbura, Bujumbura.

18/05/2026

# Ngenda Dodi Donathe Ngenda donathe official

28/04/2026

Ntugabanye agaciro kawe kubera ico ushaka,urukundo,ubucuti,n'ibindi.
Ikintu kigirira ikimazi umuntu ,iyakirose kuko agikwiye ,atarinze kugira ico yiyambura .

Ivyo si ukwishima birenze—ivyo ni ukugira imipaka no kwitahura.

Mu buzima, uzohura n'ibintu canke abantu bazokuryohera cane. Hari abo uzokunda, kandi uzokwumva ushaka kwemerera n'ibidakwiye kugira gusa ugume hafi yabo.

Ariko wibuke: inzara—yabo ntikwiye gutuma utakaza agaciro kawe. Iyo utanguye kwemera ibitajanye n'ivyo wemera, ni gutakara buhoro buhoro.

Si umuntu wese akwegereye akubereye, kandi si ikintu cose kiguteye igomwe ukwiye kugumana na co.

Intambwe irashobora kwihanganira inzara hako yihindura ikindi kiremwa.

Baza umutima wawe uti: "Noba ndiko ndakingira amahoro yanje, canke ndiko ndiyobagiza kubera umunezero w'akanya gato?

Ihangane. Guma ushikamye. Ico wagenewe kizokurondera aho uri—mu rwego rwawe, si munsi yarwo. Ntugacishe bugufi ibipimo vyawe kubera gusa warushe kurindira.kuko uba ubaye umuja wico wari urindiriye ,ubereye kwakira bikwiye.


Ngenda Dodi Donathe
Ngenda donathe official

10/04/2026

Mana yanje ntudeke ngombe umuzigo mu mutima w'uyundi muntu ,mpa inguvu zo kuba kure yuwudasha ko ndamuba hafi ,nubwo yoba ari wawundi niyumva kwari umukunzi w'umutima wanje

02/04/2026

Nyumviriza neza wizonze

Ngenda donathe official

02/03/2026

Si kira mukobwa indoto yiwe yambere ari umugabo,ushobora kwibaza ko umukobwa yabuze umugabo kumbe muri gahunda yivyo yihutira gushira mungiro umugabo aza nyuma # Ngenda Dodi Donathe Ngenda donathe official

28/02/2026

Ntibitegerezwa kuvugwa n’abantu bose🔥

Ngenda donathe official
Ngenda Dodi Donathe

Nta nkovu yo gutsindwa iri mu kuva mu rukundo rutakubaha, ahubwo ni intsinzi yo kwiyubaha. Ntukemere kuba ‘uw’inyuma’ mu...
10/02/2026

Nta nkovu yo gutsindwa iri mu kuva mu rukundo rutakubaha, ahubwo ni intsinzi yo kwiyubaha.

Ntukemere kuba ‘uw’inyuma’ mu rukundo. Uwugukunda vy’ukuri ntagusangira n’abandi.”

Kuva mu rukundo rutaguhesha agaciro si gutsindwa, ni intsinzi yo kwikunda no kwiyubaha.

Ntukwiye kwemera kuba umuntu wo ku ruhande (plan B) mu rukundo.

Uwugukunda vy’ukuri agushira imbere, ntakugabura n’abandi kandi ntagukinisha.

Ngenda donathe official
Ngenda Dodi Donathe

04/02/2026
09/01/2026

Rimwe rimwe niko bimeze
Ngenda Dodi Donathe

Ahantu hose uzumva igitsina kobwa, cubahuka kwatura gituka igitsina gabo ngo:::Wa bwawe,umuhimbiri, shenzi, ikijuju, kir...
27/12/2025

Ahantu hose uzumva igitsina kobwa, cubahuka kwatura gituka igitsina gabo ngo:::

Wa bwawe,umuhimbiri, shenzi, ikijuju, kirofa,n'ibindi ntibutse amazina.

Uyo uzomutinye nubwo azoba ari mushiki wawe,ntuzomuvugire, uzomube kure, kandi kure cane.

Ngenda Dodi Donathe
Ngenda donathe official

20/12/2025

Kwimenya.
Ngenda donathe official
Ngenda Dodi Donathe

Address

Bujumbura
Bujumbura

Telephone

+25768171449

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ngenda donathe official posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share