MENYA NEZA

MENYA NEZA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MENYA NEZA, Home improvement, Bujumbura.

jewe basi ndi 🇫🇷
11/06/2026

jewe basi ndi 🇫🇷

💪💪💪💪💪💪💪
11/06/2026

💪💪💪💪💪💪💪

🔵⭕Ymwe mubagabo bijambo muri Canada yavuye mugacerera bamwita  David Eby, umushikiranganji wa mbere wa British Columbia,...
11/06/2026

🔵⭕Ymwe mubagabo bijambo muri Canada yavuye mugacerera bamwita David Eby, umushikiranganji wa mbere wa British Columbia, imwe mu ntara nini muri Canada, yatangaje ko azokwakira Omar Artan mu ntara yiwe.

Yavuze ko Artan akwiye kwemererwa gusifuza inkino z’igikombe c’isi ibera mu karere kiwe, cane cane i Vancouver.

Intara ayobora ni kimwe mu bisagara vyatoranijwe kwakira inkino mu gihe c’igikombe c’isi ca FIFA

Uwo mugabo yasavye FIFA yemere Omar atume aza kuba muri Canada ahabwe gusifura inkino zaho gusa uwo mugabo we yibonera ko arakerenganyo atobona uwo barenganya kandi igikombe cisi kizobera mubihugu 3 atari USA Gusa

namba ukunda Amakuru yinkino gira suivres hamwe na partage Hama wironkere Amakuru yinkino agezweho

ahantakintu mubona
11/06/2026

ahantakintu mubona

isango yigikombe cisi murayibuk?
11/06/2026

isango yigikombe cisi murayibuk?

Ibiro vya Prezida wa Reta zunze ubumwe za America , White House vyatangaje y’uko bidashoboka kwisubirako ku ngingo zafas...
11/06/2026

Ibiro vya Prezida wa Reta zunze ubumwe za America , White House vyatangaje y’uko bidashoboka kwisubirako ku ngingo zafashe n’inzego zishinzwe abinjira ndetse n’abasohoka muri ico gihugu zo kwankira umuhagarikizi w’umunya Somalia Omar Abdulkadir Artan kwinjira muri America .

✅Whitse House yavuze ko Omar yangiwe kwinjira muri ico gihugu bitewe n’uko yaketsweho kuba akorana n’imitwe yiterabwoba harimwo Al Shabab 😃.

✅ Ivyo bikaba vyemejwe n’umurongozi mukuru wa FBI, Kash Patel, mu butumwa yanditse kuri Compte yiwe ya X kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 10 Ruheshi 2026.

✅ Akaba yavuze y’uko igihugu ca America kitazokwihanganira ibikorwa vy’iterabwoba bishobora kukigabwaho biciye mu gikombe c’Isi 2026.

✅ None America kuberiki yemeye kwakira kino gikombe mugihe izi neza y’uko ishobora kugabwaho igitero?

🙏🙏🙏🙏
08/06/2026

🙏🙏🙏🙏

🔵🔵😱 BOUM !!! Endrick niwe yaraye atowe nk'uwaranze urukino rwa Kivandimwe Brésil yaraye itsinze Egypte ibitsindo (2-1) I...
07/06/2026

🔵🔵😱 BOUM !!! Endrick niwe yaraye atowe nk'uwaranze urukino rwa Kivandimwe Brésil yaraye itsinze Egypte ibitsindo (2-1)

Inyuma yo gushiramwo igitsindo c'intsinzi ku munota 52' inyuma y'iminota 6' agiye mukibuga ; Endrick niwe yabaye homme du match ✅✅

Nguyo Endrick muri Célébration ya Raphinha Diaz inyuma yaho yaramuhaye Umupira uvamwo igitsindo ✅✅

Muri Olympique Lyonnais yaratijwe Kandi ibitsindo abishiramwo ; Muri Brésil ari kubishiramwo ; vuba ni muri Real Madrid ✅

🚨⚽️🔥 LEGEND mumupira wamaguru Leo Messi arikumwe numugore wiwe bariko bishimishana biraryoshe gusazana numugore wawe kan...
06/06/2026

🚨⚽️🔥 LEGEND mumupira wamaguru Leo Messi arikumwe numugore wiwe bariko bishimishana biraryoshe gusazana numugore wawe kandi mukundana

Ewe dramat 🙆Amakuru yihuse bivugwako B-face On The'flo ashobora kuba yarakubise kuntoke Drama T  mb muribuka indirimbo y...
06/06/2026

Ewe dramat 🙆Amakuru yihuse bivugwako B-face On The'flo ashobora kuba yarakubise kuntoke Drama T mb muribuka indirimbo yigez kubateranya Guma kwiyi page namakuru mbandanya kubatohoreza🙆

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MENYA NEZA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share