13/09/2025
: Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 12/09/2025 niho hakorwa ikibazo c'akazi ko kwigisha mu gihugu cose,ku barenga 36.000 baraye bakoze ikibazo, komine yo mu ntara y'indero ya hakoze ikibazo abagera kuri 733.
🟡Muri abo 733,twobamenyesha ko:
1️⃣. 45 bafise impamyabushobozi ya D6;
2️⃣. 605 bafise impamyabushobozi ya D7;
3️⃣. 83 bafise impamyabushobozi ya Baccalauréat canke Licence.
✍🏾Twobamenyesha kandi ko ku makuru dukura kubegereye inzego z'ubushikiranganji bw'indero
ko abazohabwa akazi mugihugu cose barenga 2.295.