MIVO YACU

MIVO YACU Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from MIVO YACU, Home improvement, Mivo, Ngozi.

Pierre NKURUNZIZA ✨❤️
10/06/2026

Pierre NKURUNZIZA ✨❤️

Imyaka 6 irarangiye tukubuze mu muryango wacu.Ntituzokwibagira iragi ryiza wadusigiye ryo kubaha Imana. Iryo ragi tuzokw...
08/06/2026

Imyaka 6 irarangiye tukubuze mu muryango wacu.

Ntituzokwibagira iragi ryiza wadusigiye ryo kubaha Imana. Iryo ragi tuzokwama turiteramiye ibihe vyose.

Tukwibuka dushima Imana yari yarakuduhaye.

🔴 Cela fait 6 ans, jour pour jour, que le Burundi perdait son Président, Pierre NKURUNZIZA, Guide suprême du patriotisme...
08/06/2026

🔴 Cela fait 6 ans, jour pour jour, que le Burundi perdait son Président, Pierre NKURUNZIZA, Guide suprême du patriotisme.

Son décès est survenu le 08 juin 2020, à l’hôpital du Cinquantenaire de Karusi, des suites d’une crise cardiaque.

Ce fut une page noire pour la famille éprouvée et pour toute une Nation entière.

Aujourd’hui, en cette même date, toute la communauté burundaise, vivant au pays et à l’étranger, célèbre la Journée nationale du Patriotisme et commémore le 6ᵉ anniversaire de la disparition du feu Président Pierre NKURUNZIZA.

- Que Dieu fortifie les cœurs ♥️ 🕯 🇧🇮

08/06/2026

Inzoga bangala Hamwe na kwiki MWe murazizi 🤣😂🤌





🤷🏽‍♂️🙆🏾‍♂️ Ni ibiki biriko birashikira abasore barumuna bacu mu gihe haba hasigaye umusi umwe ngo ubukwe bugere bakaburi...
07/06/2026

🤷🏽‍♂️🙆🏾‍♂️ Ni ibiki biriko birashikira abasore barumuna bacu mu gihe haba hasigaye umusi umwe ngo ubukwe bugere bakaburirwa irengero ⁉️

💔 Nta kwezi kurahera hari uwundi ubukwe busivye ku musi wabwo nyene kubera kurwara mu mutwe,none ng'uwu n'uwundi aburiwe irengero ku musi w'ejo.

🤷🏽‍♂️ Ibi vyoba biva kubwoba canke ni ukuba bagiye baritwara nabi mu nkunda baba bagiye barabamwo ko tuzi abakobwa b'ubu bibabariye umuheba nawe akazohengera ku musi wawe w'umunezero akakwuriza ibiti ⁉️

😰 Iyi nkuru y'ubugeni bwa Ndayikeza Firmin na Itangiteka Anique twayibonye twumva umubabaro twumva tugize amatsiko yo kumenya ido n'ido naho tutashoboye kumenya iyo ari.

✍🏾 Umwe mubagenzi biwe ba hafi kandi bamaranye igihe kinini bakorana twaganirije yagize ati :

Bagenzi mwiriwe neza. Twarazimije umuntu yari umukozi wa FENACOBU COOPEC yagira mariage Ku wa 6/6/2026 kugeza n'ino saha ntituramutora yitwa ku mazina ya Ndayikeje Firmin .Ubu yaba ku wankana munzu yagomba kugiriramwo mariage."

⁉️📲 Tumubajije Impamvu vyabaye yatwishuye ati :

🗣️"Wapi jewe ntavyo nzi yari umu Collegue wanje yari asanzwe akorera muri COOPEC Cankuzo nanje nakorera ahandi dukorera muri même Service y'ubu agent de crédit solidaire ariko sinzi icabaye kweri, nari nsanzwe ndi muri Comité kugeza iyi Saha ntamakuru turamenya.
Gusa muri Groupe banditse bavuga ko famille zumvikanye umukobwa akozoca aba aragenda iwabo w'umuhungu mukurindira ko aboneka .

Umuhungu ntavuka i Gitega nk'uko abandi babivuga, avuka Rutana akaba yize Kaminuza y'uBurundi, akaba amaze imyaka 3akorera FENACOBU."

⁉️📲 Twongeye tumubaza tuti :"Vyoba vyaturutse Ku karoge canke ubwoba ? Ntawe yigeze yereka impungenge afise kurugo agiye gushinga? Ntabakobwa yoba yarahemukiye ? Hari uwo mwoba mwikekako Ivyabaye boba barakundanye igihe kinini bakaza gutandukana?"

🗣️ Yatwishuye ati :

"Biravugwa n'abantu ivyo vyose ariko ntamakuru yemeza ivyo dufise kuko twaragiye kurubanza turarindira ko Urubanza rutangura turabura.Mu nyuma niho twame

mvugire amen 😭😭😭
07/06/2026

mvugire amen 😭😭😭

🤣🤣🤣🤣🤣  vyokubaka urugo ntibigoye dupfa gutinya none simbona na kadogo yabikoze😅
07/06/2026

🤣🤣🤣🤣🤣 vyokubaka urugo ntibigoye dupfa gutinya none simbona na kadogo yabikoze😅

uko urubanza rwo gutanga Ama diplômes kuri lycée Communal Mivo rwari rwifashe nuku
07/06/2026

uko urubanza rwo gutanga Ama diplômes kuri lycée Communal Mivo rwari rwifashe nuku

 🥳🤌😂abandii komutadutamwo utuntu nkutu muri mubiki 😂
07/06/2026

🥳🤌😂
abandii komutadutamwo utuntu nkutu muri mubiki 😂

B-face On The'flo ibi bintu vyogutera ivi Ari legend kumenga ntivyari kumubera 😂iyaraba iyindi nzira abikoramwo kwl
05/06/2026

B-face On The'flo ibi bintu vyogutera ivi Ari legend kumenga ntivyari kumubera 😂iyaraba iyindi nzira abikoramwo kwl

Address

Mivo
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MIVO YACU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share