CNDD FDD zone kibuye coline sagara

CNDD FDD  zone kibuye  coline sagara Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from CNDD FDD zone kibuye coline sagara, Home improvement, Bujumbura, isare kibuye, Sagara.

16/05/2025

Aha nimuri commune Isare Aho abagumyabanga batangura kugaragaza imyiyamamazo abantu Bari benshi Caan Umugambw nuhore kungoma

10/05/2025
03/05/2025
Hakuzigiza wominina
03/05/2025

Hakuzigiza wominina

Itariki 2/5/2025 niho hugururwa ibuye ryurutare Riri kwi comité kwasabaganwa haka hari hitavye abagumyabanga benshi Caan...
03/05/2025

Itariki 2/5/2025 niho hugururwa ibuye ryurutare Riri kwi comité kwasabaganwa haka hari hitavye abagumyabanga benshi Caan harimwo ninvukira Zaho zisanzwe harimwo umuhetsi wazone kibuye Dr Martin na chef de zone kibuye Dieudonné ,tubandany twikurikiranira ivyiza vyumugambwe wacu CNDD-FDD mwubahwe!!

Imbonerakure rambaa Kumutumba sagara
02/05/2025

Imbonerakure rambaa
Kumutumba sagara

Address

Bujumbura, Isare Kibuye
Sagara

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CNDD FDD zone kibuye coline sagara posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share