29/05/2018
Niga mumwaka wanyuma muri kaminuza y'ingozi nakundanze umukobwa duhuriye kuri fcbk ariko tukaba tuba kure na kure aho jew nsanzwe mba mu rutana naw akaba aba mu ruyigi narabimubwiye ko namukunze aravyumva ariko inyishu yampaye ngo nintegereze kuko ngo gukunda ntibiramuzamwo
Akabazo mfise naka nuko nipfuza intererano zanyu zukungene noshobora kubimwinjizamwo kuko kumuhomba noba mpomvye vyinshi kko ndavye imyitwarire yiwe yukuntu anyitaho bindushirizaho kumukunda